Vitalo irarembeje imyiteguro yitegurira liorri

0

Umugwi wa vitalo fc urarembeje imyiteguro witegurira umugwi wa liorri wo mu gihugu ca lesotho aho bazotana mu mitwe nuyo mugwi ku munsi w’imana igenekerezo rya 28/2/2015 ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore
vitalo

Urwo rukino rukazoba ari urwo gusubiriza kuko mu rukino rwa mbere umugwi wa vitalo washoboye gutsindira uyo mugwi wa liorri iwabo ibitsindo 2-1

Tworangiza tubamenyesha ko vitalo imaze indwi iri mu mw;iherero yiteguriraurwo rukino