Kay Game yashitse amahoro muri Zambia

0

Umuririmvyi w’umurundi Niyikiza Kevin abenshi bazi kw’izina rya Kay Game abarizwa mu gihugu ca zambia muri kino gihe nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews
kevin

Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews kay game akaba yatumenyesheje ati:Indwi iraheze ngeze mu gihugu ca zambia,nashitse amahoro,ubu nkaba ndiko nkorana indirimbo n’umuririmvyi w’umurundi aba muri ico gihugu ariwe wiser

Tworangiza tubamenyesha ko kay game ari umuririmvyi yigeze kuba ri mu mugwi wiwe na sat-b