Messi:Araryoherwa iyo aryamye

0

Nyuma yo gutwara umupira w’inzahabu ugira gatanu muri iri joro,umukinyi asanzwe akinira umugwi wa fc barcelone lionnel messi akaba yashikirije ikintu catangaje benshi aho yavuze yuko mu bintu bimuryohera ko akunda cane kuryama
messi
Lionnel Messi akaba yamenyesheje ko mu bintu akunda cane ari kuryama,
messi ati:je suis heureux quand je dors,bisigura ati mu kirundi:ndaryoherwa cane iyo nryamye
Tworangiza tubamenyesha ko messi yatwaye umupira w’inzahabu ugira gatanu