Vitalo fc izokwifatikanya na ybsp irongowe na Leis Bruel.

0

Umugwi wa Vitalo fc usanzwe urongowe na Benjamin Bikorimana ejo aho bukera ku munsi w’Imana igenekerezo rya 20/12/2015 uzokwifatanya na Ybsp irongowe na Leis Bruel.
Uyo murwi ukazokwifadikanya n’abana 250 batishoboye kugira bahimbaze Noel bagire n’ibakwe ryo kuba hafi n’abakinyi ba vitalo fc
vitalo fc
Ibirori bizobera ejo hagati y’isaha umunani gushika isaha icumi mu bigo vya Alpha cd technology

Tubibutse ko Vitalo fc ifashwe mu mugongo na bio energy Burundi ishirahamwe rikora ama briquette akingira ibidukikije riramutswa benjamin bikorimana