Amasanamu y’indirimbo Unaniongopea ya Natacha na Yamoto Band agiye kuja ahabona.

0

Amasanamu y’indirimbo Unaniongopea y’umuririmvyi w’umurundikazi Natacha Ngendabanka n’umugwi wo mu gihugu ca Tanzania,umugwi wa yamoto Band agiye kuja ahabona nkuko amakuru dukesha uyo muririmvyikazi Natacha Ngendabanka.
natacha1
Ayo masanamu bakaba bayakoreye mu gihugu ca Tanzania.
Amwe mu mafoto azoba ari muri ayo masanamu
natacha2 natacha3 natacha 4 natacha5