Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsVideo utarabona ijanye nubwicanyi bwo muri Kenya '' Uyibonye uhita ukorora amosozi...

Video utarabona ijanye nubwicanyi bwo muri Kenya ” Uyibonye uhita ukorora amosozi !

Inyuma yaho umunyamakuru ” Mohammed Ali ” akorera kuri KTN atangiye inkuru yukuri ijanye ningene Alshabaab bakoze igitero co muri Westgate Mall muri Kenya ” abasirikare ba Leta binjiye muri Mall ngo bagiye gutabara ariko noneho ntibakoze igikorwa cari cabatwaye kuko baciye batangura kwiba ivyari biri muriyo Mall, ubu mubivye ivyari muriyo Mall bamwe bamazwe gufungwa abandi baracarondezwa na Leta

Muhammed Ali yagize ati : 2 KDF Soldiers jailed, third under investigations over looting during Westgate attack.I will always stand by my story, nothing but the truth

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments