UBM News ads UBM News ads
Thursday, July 25, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Uwurongoye sendika y-abigisha SEPEDUC yarekuwe inyuma y-ukwezi ari mu mpimba.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma y-ukwezi afungiwe mw-ibohero rikuru rya Mpimba,  Niyongabo Gérard arongoye sendika y-abigisha SEPEDUC yarekuwe kuri uyu wa gatanu ignekerezo rya 19 Munyonyo  2021.En janvier 2021, Gérard NIYONGABO avait été emprisonné pendant près de 2  semaines sur demande de #COSSESONA alors que son syndicat s'opposait à la  mesure unilatérale de retrait de 500F sur le

Mu runani mpuzamasendika FENASEB barashima iyo ngingo yafashwe n-ubutungane. Antoine MANUMA arongoye urwo runani asaba ubushikiranganji bw-ubutungane kubandanya uwo muco mwiza wo kweza umunyagihugu wese aba yarenganijwe.

Tubamenyeshe ko Gerard Niyongabo arongoye sendika SEPEDUC yarafunzwe azira amatati ajanye n-uburongozi bwo mw-iyo sendika nyene.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments