”Uwuri Muri Jewe”niyo ndirimbo Eloge atuzaniye

0

Umuririmvyi asanzwe aririmba indirimbo zo guhayagiza no gutazira Imana ariwe Eloge agiye kurekura indirimbo yiwe nshasha yitwa ”Uwuri muri jewe” nkuko yashoboye kubitumenyesha
eloge
Uyo muririmvyi Eloge akaba yavuze ko agiye kurekura indirimbo yiwe ari wenyene,indirimbo yibaza ko izoshobora kuryohera abakunzi b’umuziki atari bake kuko ngo ari indirimbo yakoze mu buhinga budasanzwe ngo kuko ari indirimbo yitondeye cane ari naco gituma yizera ko abantu bazoshobora kuyikunda cane

Kubatamuzi Eloge raba indirimbo yakoranye hano na Big Zoe hamwe na Prince Mushindi,indirimbo yitwa ”Isengesho”
https://www.youtube.com/watch?v=uShA_OY1nhk