Utaipenda ya Gaga Blue na Natacha Ngendabanka yamaze kuja ahabona

0

Nyuma y’iminsi mike Gaaga Blue na Natacha Ngendabanka batwemereye ko bagiye gushira ahabona indirimbo baheruka gukorana,indirimbo bakoreye ku muhinyanyuzi Mugisha Amir abenshi bazi kw’izina rya Amir Pro yamaze kuja ahabona
gaga blue na natacha Ngendabanka
Yumvirize hano: