Inkumbu zigiye gutuma Sat-b agaruka mu gihugu ciwe

0

Nyuma yaho amaze amezi atari make ari mu gihugu c’urwanda aho asanzwe akorera akazi kiwe k’umuziki,umuririmvyi w’umurundi Bizimana Aboubackar Karoum abenshi bazi kw’izina rya Sat-b agiye gutahuka mu gihugu ciwe c’amavukiro aho sat-b avuga ko akumbuye cane igisagara ca bujumbura
sat-b
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,sat-b akaba yavuze ko agiye kuza mu gihugu ciwe muri uku kwezi tugiye kwinjiramwo kwa gatanu,Sat-b akaba yavuze ati:
Back buja in may
ukaba uri mubashigikira ugutaha kwanje shira ko like….
‪#‎backhome‬
#Backhome
#backhome
#backhome
#Backhome
#backhome
Tworangiza tubamenyesha ko sat-b amenyesheje ko agiye kugaruka mu gihugu ciwe mu gihe ata minsi iheze mu genzi we Big Fizzo nawe abimenyesheje