Jimmy Samson yasohoye video imeze neza kandi idasanzwe

0

Umuririmvyi akunzwe cane w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America ”Jimmy Samson ” yasohoye video ikozwe kurwego rwo hejuru kuko abatari bake babandanya kuyikunda bivanye n’ukuntu ikozwe cane.

Jimmy-Samson

Uno muririmvyi nkuko biboneka akaba yayikoreye muri Tanzania ariko we akaba asanzwe aba muri Leta zunze ubumwe za America.

Raba hano ino video ” Sing for my God ( Official Video )