Amajambo ari mu ndirimbo nshasha ya Mkombozi hamwe na Msela Sellah yamaze kumenyekana.

0

Indirimbo nshasha yitezwe n’abantu benshi y’umuririmvyi Mkombozi hamwe na Msella Sellah, amajambo azoba ari muriyo aza yamaze kumenyekana.

mselah

Msela Sellah aho yaganira n’abamenyeshamakuru ba UBM News, we yadutangarije ko iyo ndirimbo ari iyerekeye abarundi, aho avuga ko bari bakwiye kujijuka bakareka gupfa ibintu bidafise ifatiro ariko bakaja hamwe bakunga ubumwe.

UBM News tubibutse ko ino ndirimbo igiye gusohoka mu minsi ya vuba kubwivyo muyitege muri benshi.