Ivyo bivugwa n’umushikiranganji w’Urwanda ajejwe imigenderanire, Vincent Biruta,mu kiganiro yakoresheje n’abamenyeshamakuru itariki 12 myandagaro. Abasirikare b’igihugu ca Ouganda bitwa Forces de défense du Peuple ougandais (UPDF) bakaba barinjiye kubutaka bw’Urwanda baratwara abanyarwanda bahasanze nkuko bivurwa na Vincent Biruta. Abo basirikare bakaba basaba.

Vincent Biruta akaba mugabo nawe yemera ko abasirikare b’Urwanda bararashe abanyagihugu b’abaganda bakorera kumupaka bahana n’Urwanda mugihe baba bariko barahagarikwa banana. Vincent Biruta asaba ko hosubira kuba ibiganiro kugira amasezerano yari yashitsweko n’ibihugu vya RDC na Ouganda vyariko birabahuza murizo ngorane barimwo.
Ivyo bihugu vyompi bikaba vyagirizanya gushigikira ababagwanya no gusuma urusaku. Ariko mu myaka ya 1994, umuhari FPR ufashe urwanda ivyo bihugu vyari akadasohoka kuko igihugu ca Ouganda cari cafashije cane umuhari FPR.





Recent Comments