UBM News ads

Urwanda ruramenyesha ko rutari inyuma y’igitero c’i Mabayi

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Nkuko bivugwa n’umuvugizi  w’igisoda c’Urwanda, Munyengango,  igisoda c’Urwanda ngo nta nvyinshi gifise kivuga kugitero giheruka kuba muri komine Mabayi mu ntara ya Bubanza. Uwo muvugizi akavuga ko batigeze bamenya ivyico gitero nkuko yabivugiye kw’iradiyo y’abanyamerika VOA.

Uwo Muvugizi w’igisoda c’Urwanda akavuga ko ico kibazo cokwigirwa mubajejwe imigenderanire n’ibindi bihugu. Akavuga kandi ko iyo mvugo ayimenyereye aho Urwanda rwagirizwa vyinshi k’Uburundi.

Igisirikare c’Uburundi kikavuga ko hapfuye abasirikare 9 mur’ico gitero n’abandi barenga cumi bakomeretse abandi bakavuga abarenga abo bahasize ubuzima.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments