Urutonde rwukungene Abaririmvyi b’abaruni bavyifashemwo muri Peace Concert

0

Abaririmvyi b’abarundi bitavye igiteramo co ku munsi wa gatandatu carimwo abaririmvyi bavuye muri Tanzaniya bamwe baravyifashemwo neza abandi baravyifatamwo nabi

Ikinyamakuru cacu ubmneews carashoboye gutora abaririmvyi b’abarundi barushije abandi mu kuryohera abantu
ashley-diva
Urutonde rwuko bakurikiranye nuru:
1:Black G
2:Ashley Diva
3:Generencha Bidondo
4:Mr Champagne
5:Tity love

Tworangiza tubamenyesha ko bamwe mu baririmvyi b’abarundi bidoze bivanye nukoimyiteguro yico giteramo itari imeze neza