Abaririmvyi bavuye mu gihugu ca Tanzaniya barashoboye kuvyifatamwo neza cane mu giteramo cabaye kuri uyu wa gatandatu kw’ishure rya Independante

Raba hano uko Harmonize yavyifashemwo:
https://www.youtube.com/watch?v=oJ5nnwvcPNo
Aya masanamu tukaba tuyakesha umwe mu bantu bari bajejwe gufata amasanamu yari yaje ava mu gihugu ca Tanzaniya arikumwe nuyo mugwi Wasafi





Recent Comments