Umwana wa Lolilo na Chany Queen yasohoye indirimbo

0

Rahma nassor umwigeme Wa Lolilo na gitare channelle chany queen yamaze gutangura umwuga w’ ukuririmba,umwuga Wa se wiwe ariwe Lolilo hmwe na nyina wiwe ariwe chany queen
rahma

Abifabishijwemwo na se wiwe,rahma akaba yamaze gushira ahabona indirimbo yiwe ya mbere,indirimbo yitwa”incomplet”

Tworangiza tubamenyesha ko niyamara kuja ahabona,ikinyamakuru cacu Ubmnews kizoba ica mbere kuyibumvisha