Zabuli yashize ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe ”Numbye Bulamu”

0

Umuririmvyi w’umugandakazi Zabuli yashize ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe Numbye Bulamu,amasanamu yakoreye mu gihugu c’uburundi kuko muri ino minsi ari hano mu gihugu c’uburundi
zabuli-uganda
Zabuli akaba yakoze amasanamu ari ku rwego mpunzamakungu nkuko muza kuvyibonera

Yarabe hano: