Umwana wa Black G yakuze

0

Umwana w’umuririmvyi Black G aherutse kuvyara na adidja london yakuze nkuko uyo muririmvyi yabimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews
guy junior
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,black G akaba yatumenyesheje ko umwana wiwe ubu abandanya akura uko bukeye uko bwije
Tworangiza tubamenyesha ko uyo mwana wiwe yitwa Guy Junior