Umwana na Se barabiciye biracika

0

iyo umuntu avuze umwana na se aba ashatse kuvuga umuririmvyi kidum hamwe n’umuririmvyi big farious
hez
Mu gihe abantu bari babarindiranye igishika cinshi mu giteramo bakoze mu gihugu c’ububirigi,abo baririmvyi uko ari babiri barabiciye biracika nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha bamwe mu bari bitabiririye ico giteramo

Raba hano amafoto uko ico giteramo cari kimeze:
p6
p5
p4
p3
p2
p1