Umviriza ”Mana uri nkuru” ya Korare inyenyeri y’ijoro

0

Imwe muma korare ya hano mu gisagara ca bujumbura ariyo korare inyenyeri y’ijoro(etoile du soir) iheruka gushira ahabona urukurikirane rw’indirimbo rugizwe n’indirimbo zigera kuri cumi,iyo korare rero ikaba yashimye ibikorwa vy’ikinyamakuru cacu ubmnews,ikaba yahaye uruhusha ikinyamakuru cacu co gushirako izo ndirimbo zose ku kinyamakuru cacu,
Ubu tukaba twashimye kuza turashirako imwe imwe
etoile du soir
Umviriza hano indirimbo bise Mana uri nkuru: