Umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe Masterland yaraye ashitse neza i kigali mu gihugu c’urwanda aho agiye gukora indirimbo nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha uyo muririmvyi

Mu kiganiro yaduhaye imbere yuko afata urugendo yerekeza muri ico gihugu akaba yatumenyesheje yuko hageze ko akora iyindi ndirimbo yosubirira indirimbo yiwe yakunzwe cane,indirimbo yitwa sinzohinduka
Tumubajije inzu azoyikoreramwo,Masterland akaba yatumenyesheje ati:sinovuga inzu nzoyikoreramwo n’umuhinyanyuzi azoyinkorera ariko gusa abakunzi banje bitege indirimbo imeze neza cane
Raba hano indirimbo ya nyuma ya Masterland yasohoye:





Recent Comments