Umviriza indirimbo nshasha ya Big Fizzo ”My Baby”

0

Nyuma yo kuva mu gihugu ciwe c’amavukiro ku munsi w’Imana aho yari yaje azanwe no gukora igiteramo,Umuririmvyi Big Fizzo yashize ahabona indirimbo yitwa My Baby
big fizz
Yumvirize hano: