Umviriza indirimbo ”Lugha ya Pesa” ya Mc Fella

0

Umuririmvyi w’umurundi asanzwe akorera akazi kiwe mu gihugu c’ afrika y’epfo ariwe Mc Fella yashize ahabona indirimbo yiwe yitwa ”Lugha Ya Pesa”
mc fella
Yumvirize hano:
https://www.youtube.com/watch?v=zZ4ZXalttLc