Friday, August 19, 2022
HomeNewsUmviriza indirimbo Ile Ile ya Magic

Umviriza indirimbo Ile Ile ya Magic

Umuririmvyi w’umurundi Magic Kingorongoro aherutse gushira ahabona indirimbo iryoshe cane,indirimbo imaze iminsi ibica bigacika hano mu gihugu c’uburundi,indirimbo abaririmvyi bagenzi we bikugura,indirimbo yitwa ”Ile Ile”
ile ile
Yumvirize hano:

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments