Umviriza igituma Peter Niyo ataja mu biteramo ivyarivyo vyose

0

Umuririmvyi w’umurundi Peter Niyo yaraganiriye n’ikinyamakuru cacu ubmnews aho yatuyagiye vyinshi kubijanye n’umwuga wiwe ndetse aranatubwira igituma adakunda kuboneka mu biteramo bibera hano mu gisagara ca bujumbura
peter niyo
Umviriza ivyo yatubwiye: