Raba uko ipfubwa rya Bosco Niganze wa Peace and love ryagenze !

0

Igenekerezo rya 15/7/2016 n’umunsi ntibagiranwa mu baririmvyi b’abarundi,mu buzima bw’umuryango wa Bosco Niganze benshi bazi kw’izina rya Bobo kuko niwo munsi wapfubanwa iteka uyo muririmvyi yahora aririmba mu mugwi Peace and love,
Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cashimye kubereka amafoto y’ingene vyari bimeze
vivi

yarabe hano:
1 2 3 4 5 6 7