Umurundi yahawe agashimwe k- umudari w-inzahabu ku nzogaˮ iryoshe cane kw-isi‟

0

Mw-ihiganwa ry-inzoga nziza ryama riba buri mwaka ritegurwa n-ikigo Monde selection , muri iy-indwi inzoga yengwa n-umurundi John chris Kavakure yatahukanye umudari w-inzahabu w-inzoga ya mbere iryoshe cane mur-uy-umwaka w-2021.Red Flo Bio ya John Chris yamuronkeje ikidari c'inzahabu k'inzoga iryoshe  cane ya 2021 - BBC News Gahuza

Iyo nzoga ikaba yitwa Red Flo Bio yahiganishijwe  n-ubundi bwoko bw-inzoga bugera ku 3100 zivuye mu bihugu 90 vyo mu mihingo itandukanye yo kw-isi.

Tubamenyeshe ko iryo higanwa ribaye ku ncuro ya 60 kandi nuko inzoga nziza ryo mw-iryo higanwa ziba zifise urugero rwo gukara rwa 7.5.