UBM News ads

Abenegihugu bamwe bo mu rumonge na Bujumbura babandanya bateshwa izabo n’igwirirana ry’amazi ya tanganyika abandi nabo ntibagira iyo baja niyo bava.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
Amazi y’ikiyaga Tanganyika amaz’igihe yiyongera yaratumye amazu asambuka ahandi amabarabara arononekara. Nko muri karitye Kibenga Rural na Gisyo muri zone Kanyosha mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura
abanyagihugu basaba ko abajejwe gutanga ibibanza vyo kwubakamwo boraba ahakwiye kuja amazu kuko bose ubu barahangayitse kandi bahahawe nk’ibibanza vyiza vyokwubakamwo.
No mu gisagara ca Rumonge, inzu zirenga 200 zo muri karitiye Kanyenkoko mu ziramaze gusenyuka.
Abazibamwo baromoka,bitumwe n’amazi y’ikiyaga Tanganyika aguma aduga.
Iruhande y’inzu z’abantu, n’inyubakwa za leta nk’ikivuko c’ubudandaji ca Rumonge zirageramiwe, amazi aramaze gushika kw’irembo ryinjira muri ico kivuko.
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments