Umuririmvyi w-umurundi Bizimana Aboubakar batazira ˮSAT-B‟ yaraye yinjiye m-umurwi w-aba ˮmillionnaire‟.

0

Mu kiganiro yaraye akoze arikumwe, umurimvyi Aboubakar Bizimana azwi kw-izina rya SAT-B yaraye amenyesheje  ko  yateye  umukono ku masezerano yo gukorana n-ishirahamwe rikora inzoga bita crown Royal  .Nyampinga by Sat B on Amazon Music - Amazon.com

Ayo masezerano umuririmvyi SATB agiye gukorana n-ishirahamwe Crown Royal azomara imyaka itanu, ibri mw-ayo masezerano akaba ari ibi bikurikira=

  • Imiriyoni 100 z-amarundi buri mwaka
  • Imodoka itavuzwe ubwoko bwayo.
  • Umutahe wa Album buri mwaka.
  • Ugufashanya n-abandi baririmvyi b-abanyamahanga yipfuza.

Ibirori bijanyi no gutera umukono kw-ayo masezerano vyabereye mu gisagara ca Bujumbura mw-Ihoteri Le panoramique.