Umuririmvyi Patient Matabaro, ikigali yibera mu bigeme gusa. Raba ngaha amafoto

0

Patient Matabaro, benshi bazi nka kizigenza yatwaye ihiganwa rya Primusic mu mwaka wa 2013. Akongera kuba yaramenyekaniye birenze urugero ku ndirimbo FEELINGS yakoranye na BIG FIZZO

11791726_729604170500174_632815016_n

Mu gihe abandi baririmvyi babarizwa mu gihugu c’ Urwanda kumvo z’ uko akarere k’ umuziki katifashe neza mu Burundi, bariko barakora cane, aho twovuga nka Sat-B, Jay Fire, R-Flow hamwe n’ abandi benshi.

11823884_729604457166812_985764180_n

Umuririmvyi Patient Matabaro bivurwa y’ uko wewe y’ ibera mu bubari hamwe n’ abigeme. Eka ivy’ umuziki nta na kimwe yari yashikiriza abamenyesha makuru ko yoba ariko arakora, usivye ko ahora mu bubari arikumwe n’ abugeme batandukanye.