Igiteramo kikaba carateguwe na Studio ihinyanyura indirimbo hamwe n’ amashusho mu gihugu c’ Ubuganda yitwa L’ Opera Records isanzwe ari iy’ umuririmvyikazi Iry Tina.


Nkuko vyagenze Ellyz Boy, Emelance Emy na Iry Tina ntibigeze bavyorosha mubuganda aho baryoheye bidasanzwe abarundi, abanyarwanda hamwe n’ abaganda baherereye muri ico gihuhu.


Tukongera tubibutsa y’ uko Umuririmvyi Ellyz Boy yoba ariko arakorana indirimbo nshasha na Iry Tina tuzobashikiriza vuba.







Recent Comments