Friday, December 2, 2022
HomeNewsUmuririmvyi Babbi yasohoye video iri kurwego rwo hejuru ''Till I Die (Official...

Umuririmvyi Babbi yasohoye video iri kurwego rwo hejuru ”Till I Die (Official Video)

Umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America abandanya akora neza cane m’Umuziki ndundi ”Babbi ” yashize ahabona video yiwe nshasha imeze neza ikozwe kurwego rwo hejuru aho ndetse abatari bake babandanya bashimishwa n’indirimbo zuno muririmvyi.

Must Read

Perezida Kagame yagiriza Tshisekedi kwitwaza intambara ya M23 kugira yunguruze amatora...

0
Umukuru w’igihugu c’Urwanda, Paul Kagame yagiriza mugenzi we w’igihugu ca Congo, Felix Tshisekedi ko yoba afise imigambi yo kwitwaza ibibazo vy’umutekano muke urangwa mu...