Umunyepolitike atavuga rumwe n’ubutegetsi bwa CNDD-FDD , Yeremiya MINANI atangaza ko imishikirano yerekeye igikorwa co gushinga Leta mfatakibanza ikorera mu buhungiro yarangiye. Uwo munyepolitike ari mu buhungiro kuva mu mwaka wa 2015 avuga ariko ko abazoja mw’iyo Leta azoba ari abarundi ataco biyagiriza ndetse bahangayikishijwe n’ukuntu Uburundi bwoba igihugu gihagaze ku mategeko n’intwaro rusangi.
Recent Comments