Umugwi Mirror uje ushaka ihinduka mu muziki ndundi

0

Umugwi Mirror Team ugizwe n’imisore 5 bagiye gushira ahabona indirimbo yabo ya mbere bakoze nk’umugwi muri ino ndwi nyene turimwo aho iyo ndirimbo izoba yitwa ”Ukimpe”nkuko amakuru dukesha abahurikiye muri uyo mugwi Mirror
mirror team

Nkuko rero abahurikiye muri uyo mugwi bashoboye kuyaga n’ikinyamakuru cacu ubmnews bakaba batumenyesheje ko umugwi Mirror ari umugwi uhurikiyemwo imisore 5 ifise ingabirano idasanzwe kandi baje guhindura vyishi mu muziki ndund,bakanatumenyesha ko indirimbo yabo ”Ukimpe” izosohoka muri ino ndwi nyene

Tworangiza tubamenyesha ko uyo mugwi Mirror wakoreye iyo ndirimbo ku muhinyanyuzi Masterland