Troupe Amagaba urarumanije imyaka 2 uvutse

0

Umugwi Ndangakaranga Troupe Amagaba buca uhimbaza imyaka igera kuri 2 uvutse nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha uwurongoye uyo mugwi ndangakaranga troupe Amagaba ariwe Claude Niyuhire
amagaba
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews uwurongoye uyo mugwi ndangakaranga troupe Amagaba ariwe Claude Niyuhire akaba yagaragaje umunezero wiwe kubona uyo mugwi urumanije imyaka 2 uvutse,claude akavuga ko ari ikintu co gukenguruka ndetse agashimira abntu bose bagize ico bavuga kugira uyo mugwi ushike kure
troupe amagaba
Kubatazi uyo mugwi ndangakaranga troupe Amagaba akaba ari umugwi wamenyekanye cane ku ndirimbo bise ”Amagaba”

yirabe hano: