UBM News ads UBM News ads
Thursday, June 20, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Umugambwe PARENA usaba ko hoba icibutso c’umuhisi Perezida Bagaza hisunzwe ibikorwa yakoreye igihugu.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umugambwe w’imbogora Burundi PARENA usaba Leta y’uburundi gushiraho icibutso c’uwahoze ari umukuru w’igihugu umuhisi Jean-Baptiste Bagaza . PARENA ikabisaba ifatiye ku bikorwa bitandukanye vyiza Bagaza yaranguye mu gihugu c’uburundi.

Kubwa Zénon Nimubona arongoye uwo mugambwe washinzwe na Jean-Baptiste Bagaza, ngo ishingwa ry’ico kimenyetso kwoba ari ukubwira abariho n’abazoza Bagaza uwo ariwe n’ico yamaze mu gihugu.

Uwo arongoye uwo mugambwe yabishikirije kuri uyu wa kane mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru igihe uno musi bariko bibuka imyaka indwi irangiye Perezida Bagaza ashengeye hari kuwa 4 Rusama 2016.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments