UBM News ads

Umugambwe CNDD-FDD uvugwa ko watanguye ‘kwiyamamaza hataragera’

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umugambwe uri ku butegetsi, CNDD-FDD uvugwa ko watanguye ‘kwiyamamaza hataragera’ ku bw’amatora ya 2020 naho CENI itaravuga ko hatanguye ivyo bikorwa vyo kwiyamamaza.

Ukwiyamaza kukaba gutegekanijwe gutangura ku migambwe yose ku wa 27 Ndamukiza 2020.

Ariko amasanamu amwe amwe hirya no hino mu gihugu yerekana bamwe bamwe mu bafise ishaka rirenze uirugero mu mugamwe CNDD-FDD bamaze kumanika ifoto ku bibanza vya bose ya Evaritse Ndayishimiye azokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu.

Ivyo bikaba bitemewe haba muri leta y’Uburundfi hamwe na CENI bakaba bavuga ko isekeza ryo kwiyamamaza ritaratangura.

Benshi rero baribaza mu vy’ukuri ivyo leta hamwe na CENI bavuga kuri iyo ngendo ya bamwe bahonyanga amategeko yashinzwe.

Mwonenya ko isekeza ryo kwiyamamaza rizotangura mu ndwi buca dutangura kandi hari ikiza kiriko gisasika inganda mw’isis ca Coronavirus.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments