Ugufuha cane kwa Hugues Bana kwatumye atakaza uwo bahora bakundana

0

Ugufuha cane niko kwatumye umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi w’amasanamu ariwe Hugues Bana atakaza uwo bari basanzwe barikumwe mu rukundo ariwe Hugues Bana
hugues bana

Amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews catohoje casanze inyanduruko yo guhebana n’umukunzi wiwe hugues bana ngo nuko umukunzi wiwe yamwandikiye ubutumwa bugufi amubwira ko yagiye kuramutsa uwo basanzwe barigeze gukundana ivyo rero bikaba vyamubabaje cane hugues bana gushika aho amubwira ati:bihere

Tworangiza tubamenyesha ko hugues bana yahora akundana n’umwigeme yitwa linda larissa Niyubahwe,akaba yarigeze gukundana n’umumenyeshamakuru akorera isamirizi buja fm,umumenyeshamakuru asanzwe agirisha ikiganiro citwa love story