Amagara ya Kent-p ntiyifashe neza

0

Amagara y’umuhinyanyuzi w’amasanamu ariwe kent p muri kino gihe ntiyiyifashe neza nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews cavyiboneye mu gatondo ko kuruyu wa kane
kent p

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cazindukiye kuruyo muhinyanyuzi mu gatondo aho twasanze aryamye ameze nabi,tumubajije akatubwira ko yafashwe yumva ababara umutwe

Tworangiza tubamenyesha ko uyo muhinyanyuzi twamusize agira aje kwa muganga kwipimisha kwipimisha arabe ico agwaye