UBM News ads
Tuesday, March 5, 2024
No menu items!
UBM News ads

Uburusiya butangaza ko bugiye gufasha Kongo kurwanya umuhari M23 kugira umuhari M23 utuzwe muri Kivu y’uburaruko.

Uwuserukira igihugu c’uburusiya muri Kongo Alexey Sentebov yatangaje ko igihugu c’uburusiya kigiye gufasha repubilika iharanira intwaro rusangi ya Kongo kurwanya umuhari m23 urwanya Leta y’ico gihugu mpaka utujijwe burundu muri kivu y’uburaruko.ivyo yabibuze ejo ku musi wa mbere murugendo yaraye akoze mu gisagara ca Goma ari kumwe n’uwuserukira intara ya kivu y’uburaruko.

Ivyo bishitse mugihe uwo muhari M23 bigaragariye ko wifatiye uburere butari buke mu ndwi twaraye dusozereye,uburere bwafasha ababa mw’ico gisagara ca Goma kugira babandanye babaho.Aha twovuga nk’amabarabara makuru makuru yahora acamwo ibiribwa n’ibindi bicuruzwa abijana muri Goma biva mu ntara za ruguru aho ubu ayo mabarabara yigaruriwe na M23.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments