UBM News ads

Uburundi nubu buracari inyuma mu bwisanzure bw’itangazamakuru.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Kuri iki gicapo, RSF yerekana uko ubwo bwisanzure bwifashe mu bihugu ikoresheje amabara yirabura, ayatukura na orange asigura “nabi cane”, “nabi” canke “harimwo ikibazo”

Raporo nshasha ya Reporters Without Borders (RSF) ku bwisanzure bw’itangazamakuru mu bihugu 180 ivuga ko u Burundi bwazamutse imyanya 13  u Rwanda rugasubira inyuma umwanya umwe, byombi biracyari mu bihugu biniga ubwo bwisanzure.

Iyi raporo yitwa World Press Freedom Index ivuga ko “itangazamakuru, urukingo nyarwo rw’amakuru ayovya, rinizwe neza neza canke rinizwe igice muri 73% y’ibihugu 180 bishirwa ku rutonde” na RSF.

Impande z’u Burundi n’u Rwanda ntaco ziravuga kuri iyi raporo nshasha.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments