Ubmnews ibazaniye Abaririmvyi bakoze neza uyu mwaka wa 2015

0

Ikinyamakuru UBM News nikimwe mu binyamakuru bikomeye cane mu guteza imbere umuziki w’uburundi n’abaririmvyi ba hano mu gihugu c’uburundi.
Uyu mwaka turangije wa 2015 tukaba twashimye kubazanira urutonde rw’abantu bakoze neza mu muziki w’uburundi mu mice itandukanye.

Best Male :Fizzo

fizzo

Best Female:Natacha
Best Groupe:Best Life Music
Best Collabo:Feelings by Matabaro ft Fizzo
Best Song:Satura ama baffle
Best Rnb:Emery Sun
Best Hip Hop:Best Life Music
Best Video:Better Than by Best Life Music
Revelation de l’annee:Matabaro
Best Produza audio:Lyzzer Classic
Best Produza Video:kent-p
Best Diaspora:Kidum
Best Artist:Fizzo
Ayo matora akaba yagizwe n’abakunzi b’umuziki w’uburundi