Nkuko musanzwe muzi ko UBM News kwari twebwe bambere hano muri America tubazanira inkuru nyishi zigezweho hamwe n’indirimbo z’abaririnvyi b’abarundi baba hano , uno musi rero tukaba twahisemwo kubunvisha indirimbo nshasha yumuririnvyi yitwa Abdallah Nitereka aba muri Louisville, kentucky ariko abenshi cane bakaba bamwita A.B
Recent Comments