Thity Love yaraye abuze umuvyeyi wiwe

0

Umuririmvyi w’umurundikazi azwi kw’izina rya Thity Love yaraye abuze umuvyeyi wiwe ariwe maman wiwe aho yaramaze iminsi agwariye mu bitaro
thity

Ku munsi w’ejo akaba ariho umuvyeyi wa thity love yitaba Imana

Ikinyamakuru cacu ubmnews tukaba duhojeje umuryango wabuze