Raba hano amasanamu y’indirimbo Collabo ya Happy Famba

0

Amasanamu y’indirimbo Collabo ya Happy Famba yakoranye na chany queen yamaze kuja ahabona
famba
Igitangaje muri ayo masanamu nuko umuririmvyikazi chany queen atagaragara muri ayo masanamu mu gihe indirimbo bayikoranye na happy famba
famba na chany queen

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba camaze kuyabashirira ahabona: