Thity Love agiye gusohora indirimbo nshasha

0

Thity Love n’umwe mu baririmvyi b’abarundikazi bakunzwe cane hano mu gihugu c’uburundi agiye gusohora indirimbo nshasha yitwa ndi Trop Top nkuko yabimenyesheje
thity love
Thity Love aciye ku rubuga rwiwe rwa facebook akaba yanditse ati:
hello my fans ,.sorry ku ndirimbo come closer mbaye ndatenyenya gato kuyitanga ariko ngomba kubaha iyindi yitwa “”””””Ndi trop top”””” nayo nyene ndazi izobaryohera cane ndabakunda caaaaaaane.””””
thity love 2
Ayo akaba ariyo majambo Thity Love yamenyesheje