Ashley Diva yaraye ashitse amahoro muri Kenya

0

ku munsi w’ejo igenekerezo rya 29 niho umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva yafata urugendo yerekeza mu gihugu ca kenya aho agiye gukora akazi kiwe k’umuziki
ashley ari mu ndege
Ashley Diva akaba yaraye ashitse neza mu gihugu ca kenya nkuko yabimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews mu kiganiro yaduhaye ahari mu gihugu ca kenya
diva yerekeza muri kenya
Tworangiza tubamenyesha ko ashley Diva agiye asohoye amasanamu y’indirimbo Africa
Uyakeneye yarabe hano: