The Ben yoba agiye kugaruka mu gihugu c’urwanda

0

Umuririmvyi w’umunyarwanda azwi kw’izina rya the ben yoba agiye kugaruka mu gihugu ciwe c’amavukiro,igihugu c’urwanda nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha ikinyamakuru co mu rwanda,ikinyamakuru umusingi.
the ben

Ayo makuru rero akavuga ko umwe mu ncuti zuyo muririmvyi the ben yatangaje avuga ko uyo muririmvyi asanzwe akorera akazi kiwe mu gihugu ca reta zuzubumwe za amerika ariwe the ben ko agiye kugaruka mu gihugu ciwe c’urwanda.
the ben yoba agiye gutahuka mu rwanda

Tworangiza tubamenyesha ko hamwe the ben yotahuka mu rwanda ko yoba arindiranwe n’isinzi ry’abakunzi b’umuziki nyarwanda kuko amaze imyaka myinshi cane atabarizwa ku butaka bw’urwanda.