Raba hano amasanamu y’indirimbo Nkwagula ya Iry Tina

0

Amasanamu y’indirimbo nkwagula ya iry tina umuririmvyi w’umurundikazi asanzwe akorera akazi kiwe k’umuziki mu gihugu c’ubuganda yamaze kuja ahabona
tinq
Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba kibaye ikinyamakuru ca mbere hano mu gihugu c’uburundi kiberetse ayo masanamu
yarabe hano:
https://www.youtube.com/watch?v=E60Q26zxNqQ